Duration 4:7

Impanuro za Prezida Evariste Ndayishimiye ku bijanye n'ubwoko mu Burundi

15 847 watched
0
163
Published 1 Mar 2021

Impanuro za Prezida Evariste Ndayishimiye ku bijanye n'ubwoko mu #Burundi. "NIwaba uri umuhutu ubwo buhutu bwawe ni nde azoburya ? Niwaba uri umututsi ndabikoreshe iki ?" Umviriza izo mpanuro z'Umukuru w'Igihugu c'Uburundi

Category

Show more

Comments - 31